Zaburi 49:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko akiriho yaguma ahezagira ubuzima bwiwe+;(Kandi abantu bazoguhaya kubera ko umerewe neza+) Umusiguzi 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nezerwa+, musore, mu buto bwawe, kandi umutima wawe ukugirire neza mu misi y’ubusore bwawe, kandi ugendere mu nzira z’umutima wawe no mu vyo amaso yawe abona+. Mugabo umenye ko kubera ivyo vyose Imana y’ukuri izogushira mu rubanza+. Luka 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Mugabo umuntu umwe+ yari umutunzi, akambara impuzu z’ibara ry’umuyugubwe n’iz’ilino, ku musi ku musi akama aryohererwa ibintu vy’agatangaza+. Yakobo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umve rero, mwebwe abavuga ngo: “Uno musi canke ejo tuzogira urugendo mu gisagara kanaka tumareyo umwaka, kandi tuzocuruza turonke inyungu+,” Yakobo 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mwibereyeho kw’isi mu bihinda kandi mwihaye ibiryohera umubiri+. Mwadoheje imitima yanyu ku musi wo gukererwa+.
9 Nezerwa+, musore, mu buto bwawe, kandi umutima wawe ukugirire neza mu misi y’ubusore bwawe, kandi ugendere mu nzira z’umutima wawe no mu vyo amaso yawe abona+. Mugabo umenye ko kubera ivyo vyose Imana y’ukuri izogushira mu rubanza+.
19 “Mugabo umuntu umwe+ yari umutunzi, akambara impuzu z’ibara ry’umuyugubwe n’iz’ilino, ku musi ku musi akama aryohererwa ibintu vy’agatangaza+.
13 Umve rero, mwebwe abavuga ngo: “Uno musi canke ejo tuzogira urugendo mu gisagara kanaka tumareyo umwaka, kandi tuzocuruza turonke inyungu+,”
5 Mwibereyeho kw’isi mu bihinda kandi mwihaye ibiryohera umubiri+. Mwadoheje imitima yanyu ku musi wo gukererwa+.