Matayo 19:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “Mugabo benshi ba mbere bazoba aba nyuma, aba nyuma na bo babe aba mbere+. Mariko 10:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ariko benshi ba mbere bazoba aba nyuma, aba nyuma na bo babe aba mbere+.”