Yohani 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ariko aho abakuru b’abaherezi n’abapolisi bamuboneye, barasemerera, bati: “Mumanike! Mumanike+!” Pilato ababwira ati: “Mutware ubwanyu mumumanike, kuko jewe ata kosa mbona muri we+.” Ivyakozwe 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo nimba ari ibihari vyo ku majambo, ku mazina+ no kw’itegeko+ muri mwebwe, nimuvyirabire. Sinshaka kuba umucamanza w’ivyo bintu.”
6 Ariko aho abakuru b’abaherezi n’abapolisi bamuboneye, barasemerera, bati: “Mumanike! Mumanike+!” Pilato ababwira ati: “Mutware ubwanyu mumumanike, kuko jewe ata kosa mbona muri we+.”
15 Mugabo nimba ari ibihari vyo ku majambo, ku mazina+ no kw’itegeko+ muri mwebwe, nimuvyirabire. Sinshaka kuba umucamanza w’ivyo bintu.”