Yohani 18:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ku bw’ivyo rero, Pilato ababwira ati: “Nimumujane ubwanyu mumucire urubanza nk’uko itegeko ryanyu riri+.” Abayuda bamubwira bati: “Ntitwemererwa kwica umuntu+.” Ivyakozwe 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Imana ya Aburahamu n’iya Izahaki n’iya Yakobo+, ya Mana ya ba sogokuruza bacu, yaninahaje+ Umusavyi+ wayo Yezu, uwo mwebwe mwatanze+ mukamwihakanira imbere ya Pilato, mu gihe yari yafashe ingingo yo kumurekura+.
31 Ku bw’ivyo rero, Pilato ababwira ati: “Nimumujane ubwanyu mumucire urubanza nk’uko itegeko ryanyu riri+.” Abayuda bamubwira bati: “Ntitwemererwa kwica umuntu+.”
13 Imana ya Aburahamu n’iya Izahaki n’iya Yakobo+, ya Mana ya ba sogokuruza bacu, yaninahaje+ Umusavyi+ wayo Yezu, uwo mwebwe mwatanze+ mukamwihakanira imbere ya Pilato, mu gihe yari yafashe ingingo yo kumurekura+.