Matayo 16:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko Umwana w’umuntu abwirizwa kuzoza mu buninahazwa bwa Se ari kumwe n’abamarayika biwe; maze azohemba umwe wese ibihuye n’inyifato yiwe+. Matayo 25:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Umwana w’umuntu+ niyashika mu buninahazwa bwiwe, n’abamarayika bose bari kumwe na we+, ni ho azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa+. 1 Abakorinto 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje+, umwe azozana ku muco ibintu vy’ibanga vy’umwiza+ akongera agashira ahabona inama zo mu mitima+, ni ho umwe wese azoronka ugushimagizwa kwiwe kuva ku Mana+. Ivyahishuwe 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Biciye ku guhumekerwa+ nasanze ndi+ mu musi w’Umukama+, maze numva inyuma yanje ijwi rikomeye+ nk’iry’urumbete, Ivyahishuwe 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Uwushinga intahe y’ibi bintu avuga ati: ‘Egome; ndaje ningoga+.’” “Amen! Ingo, Mukama Yezu.”
27 Kuko Umwana w’umuntu abwirizwa kuzoza mu buninahazwa bwa Se ari kumwe n’abamarayika biwe; maze azohemba umwe wese ibihuye n’inyifato yiwe+.
31 “Umwana w’umuntu+ niyashika mu buninahazwa bwiwe, n’abamarayika bose bari kumwe na we+, ni ho azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa+.
5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje+, umwe azozana ku muco ibintu vy’ibanga vy’umwiza+ akongera agashira ahabona inama zo mu mitima+, ni ho umwe wese azoronka ugushimagizwa kwiwe kuva ku Mana+.
10 Biciye ku guhumekerwa+ nasanze ndi+ mu musi w’Umukama+, maze numva inyuma yanje ijwi rikomeye+ nk’iry’urumbete,