Luka 9:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 hanyuma ababwira ati: “Uwo wese yakiriye uyu mwana mutoyi mw’izina ryanje, na jewe aba anyakiriye, kandi uwo wese anyakiriye aba yakiriye n’uwantumye+. Kuko uwigenza nk’umuto+ muri mwebwe mwese ari we mukuru+.” 1 Petero 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 atari nko mu gukandamiza+ abari intoranwa y’Imana+, ahubwo mu kubera uburorero ubusho+.
48 hanyuma ababwira ati: “Uwo wese yakiriye uyu mwana mutoyi mw’izina ryanje, na jewe aba anyakiriye, kandi uwo wese anyakiriye aba yakiriye n’uwantumye+. Kuko uwigenza nk’umuto+ muri mwebwe mwese ari we mukuru+.”