Matayo 24:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ehe mbaye ndababurira+. Yohani 14:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ubu rero ndabibabwiye bitaraba+, kugira ngo nivyaba koko, mwemere. Yohani 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yamara rero, ndababwiye ivyo bintu ngo isaha yavyo niyashika mwibuke ko nabibabwiye+. “Ariko ivyo sinabibabwiye mu ntango, kubera ko nari kumwe namwe.
4 Yamara rero, ndababwiye ivyo bintu ngo isaha yavyo niyashika mwibuke ko nabibabwiye+. “Ariko ivyo sinabibabwiye mu ntango, kubera ko nari kumwe namwe.