Yohani 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Guhera kano kanya ndabibabwiye bitaraba+, kugira ngo nivyashika koko mwemere yuko ndi we. Yohani 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yamara rero, ndababwiye ivyo bintu ngo isaha yavyo niyashika mwibuke ko nabibabwiye+. “Ariko ivyo sinabibabwiye mu ntango, kubera ko nari kumwe namwe.
4 Yamara rero, ndababwiye ivyo bintu ngo isaha yavyo niyashika mwibuke ko nabibabwiye+. “Ariko ivyo sinabibabwiye mu ntango, kubera ko nari kumwe namwe.