Yohani 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Guhera kano kanya ndabibabwiye bitaraba+, kugira ngo nivyashika koko mwemere yuko ndi we. Yohani 14:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ubu rero ndabibabwiye bitaraba+, kugira ngo nivyaba koko, mwemere.