Yohani 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yezu rero abandanya kubishura ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Umwana ntashobora gukora ikintu na kimwe avyigeneye, mugabo akora gusa ico abonye Se akora+. Kuko ivyo Uwo akora, n’Umwana abikora kuno nyene. Yohani 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Yezu rero ababwira ati: “Nimwamara kuduza+ Umwana w’umuntu+, ni ho muzomenya yuko ndi we+, be n’uko ata kintu na kimwe nkora ndavyigeneye+; mugabo nk’uko Data yanyigishije ni ko mvuga ivyo bintu+. Abakolosayi 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni we shusho+ y’Imana itaboneka+, imfura+ mu biremwa vyose; Abaheburayo 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ni we gukayangana kw’ubuninahazwa+ bwayo n’ishusho nyayo y’akamere nyene kayo+, kandi ashigikiza ibintu vyose ijambo ry’ububasha bwiwe+; kandi amaze kudutyorora ibicumuro vyacu+, yicara iburyo+ bwa Nyenubukuru mu bibanza vyo hejuru+.
19 Yezu rero abandanya kubishura ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Umwana ntashobora gukora ikintu na kimwe avyigeneye, mugabo akora gusa ico abonye Se akora+. Kuko ivyo Uwo akora, n’Umwana abikora kuno nyene.
28 Yezu rero ababwira ati: “Nimwamara kuduza+ Umwana w’umuntu+, ni ho muzomenya yuko ndi we+, be n’uko ata kintu na kimwe nkora ndavyigeneye+; mugabo nk’uko Data yanyigishije ni ko mvuga ivyo bintu+.
3 Ni we gukayangana kw’ubuninahazwa+ bwayo n’ishusho nyayo y’akamere nyene kayo+, kandi ashigikiza ibintu vyose ijambo ry’ububasha bwiwe+; kandi amaze kudutyorora ibicumuro vyacu+, yicara iburyo+ bwa Nyenubukuru mu bibanza vyo hejuru+.