Zaburi 80:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Watumye umuzabibu ufata inzira uva mu Misiri+.Wagumye wirukana amahanga, kugira ngo uwutere+. Yeremiya 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ariko jewe, nari naraguteye uri umuzabibu utukura w’indobanurwa+, wose ari imbuto nyakuri. None wampindukiye gute imivyaro yononekaye y’umuzabibu w’icaduka+?’ 1 Abakorinto 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko turi abakozi bakorana n’Imana+. Mwebwe muri itongo ry’Imana+ ririko rirarimwa, inyubakwa y’Imana+.
21 Ariko jewe, nari naraguteye uri umuzabibu utukura w’indobanurwa+, wose ari imbuto nyakuri. None wampindukiye gute imivyaro yononekaye y’umuzabibu w’icaduka+?’
9 Kuko turi abakozi bakorana n’Imana+. Mwebwe muri itongo ry’Imana+ ririko rirarimwa, inyubakwa y’Imana+.