ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 13:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yezu amubwira ati: “Uwiyuhagiye+ nta kindi aba akeneye kwozwa atari ibirenge, mugabo aba atyoroye wese. Kandi mwebwe muratyoroye, ariko si mwese.”

  • Yohani 17:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ubeze+ biciye ku kuri; ijambo+ ryawe ni ukuri+.

  • Ivyakozwe 15:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi nta tandukaniro na ritoyi yagize hagati yacu na bo+, mugabo yatyoroje imitima yabo ukwizera+.

  • 1 Petero 1:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika