ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 hanyuma araza aba mu gisagara citwa Nazareti+, kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku bahanuzi, ngo: “Azokwitwa Umunyanazareti+.”

  • Mariko 1:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 ati: “Duhuriye ku ki nawe, ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi+ neza uwo uri we, uri wa Mweranda+ w’Imana+.”

  • Mariko 10:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Aho yumviye ko ari Yezu Umunyanazareti, atangura gusemerera avuga ati: “Yezu Mwana wa Dawidi+, ngirira imbabazi+!”

  • Mariko 14:67
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 67 hanyuma abonye Petero ariko arota, amuraba mu maso amuhanga, avuga ati: “Na wewe wari kumwe na wa Munyanazareti, uwo Yezu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika