Yeremiya 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzohagurukiriza Dawidi umunago ugororotse+. Kandi umwami azoganza koko+, akorane ukwiyubara yongere ashitse ubutungane n’ubugororotsi mu gihugu+. Matayo 9:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yezu ariko ararengana avuye aho hantu, abagabo babiri b’impumyi+ baramukurikira, basemerera bati: “Tugirire imbabazi+, Mwana wa Dawidi.” Matayo 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Maze, haza umugore w’Umunyafenisiya+ wo muri izo ntara, asemerera ati: “Ngirira imbabazi+, Mukama, Mwana wa Dawidi. Umukobwa wanje ararembejwe n’idayimoni.” Abaroma 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ku vyerekeye Umwana wayo, uwavuye mu ruvyaro rwa Dawidi+ hisunzwe umubiri+,
5 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzohagurukiriza Dawidi umunago ugororotse+. Kandi umwami azoganza koko+, akorane ukwiyubara yongere ashitse ubutungane n’ubugororotsi mu gihugu+.
27 Yezu ariko ararengana avuye aho hantu, abagabo babiri b’impumyi+ baramukurikira, basemerera bati: “Tugirire imbabazi+, Mwana wa Dawidi.”
22 Maze, haza umugore w’Umunyafenisiya+ wo muri izo ntara, asemerera ati: “Ngirira imbabazi+, Mukama, Mwana wa Dawidi. Umukobwa wanje ararembejwe n’idayimoni.”