Gusubira mu vyagezwe 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Muri wewe ntihaze haboneke umuntu acisha umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe mu muriro+, uwuragura+, umunyamageza+ canke umuntu arondera ibimenyetso bitara ibizoba+ canke umupfumu+, Daniyeli 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko umwami avuga ko bahamagara abaherezi b’abanyamageza+, n’abahamagara imizimu, n’abapfumu be n’Abakaludaya, ngo babwire umwami indoto ziwe+. Baraheza baraza, bahagarara imbere y’umwami. Ivyakozwe 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ico gihe muri ico gisagara hariho umugabo umwe yitwa Simoni, imbere yaho akaba yagira ivy’amageza+ akumiza ihanga rya Samariya, akavuga yuko we ubwiwe yari umuntu ahambaye+.
10 Muri wewe ntihaze haboneke umuntu acisha umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe mu muriro+, uwuragura+, umunyamageza+ canke umuntu arondera ibimenyetso bitara ibizoba+ canke umupfumu+,
2 Nuko umwami avuga ko bahamagara abaherezi b’abanyamageza+, n’abahamagara imizimu, n’abapfumu be n’Abakaludaya, ngo babwire umwami indoto ziwe+. Baraheza baraza, bahagarara imbere y’umwami.
9 Ico gihe muri ico gisagara hariho umugabo umwe yitwa Simoni, imbere yaho akaba yagira ivy’amageza+ akumiza ihanga rya Samariya, akavuga yuko we ubwiwe yari umuntu ahambaye+.