Ivyakozwe 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 Haciye imisi itanu, umuherezi mukuru Ananiya+ amanukana n’abagabo b’inararibonye bakeyi hamwe n’umuntu azi kuvugira imbere y’abantu, uwitwa Teritulo, hanyuma barega+ Paulo kuri buramatari+. Ivyakozwe 25:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo nabishuye yuko atari ko bisanzwe bigenda mu Baroma gutanga umuntu kugira ngo abantu banezerwe, imbere y’uko uwagirizwa ahura amaso mu yandi n’abamwagiriza+, akaronka akaryo ko kwiregura ku vyo aregwa.
24 Haciye imisi itanu, umuherezi mukuru Ananiya+ amanukana n’abagabo b’inararibonye bakeyi hamwe n’umuntu azi kuvugira imbere y’abantu, uwitwa Teritulo, hanyuma barega+ Paulo kuri buramatari+.
16 Mugabo nabishuye yuko atari ko bisanzwe bigenda mu Baroma gutanga umuntu kugira ngo abantu banezerwe, imbere y’uko uwagirizwa ahura amaso mu yandi n’abamwagiriza+, akaronka akaryo ko kwiregura ku vyo aregwa.