1 Abami 17:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Amaherezo Yehova yumviriza ijwi rya Eliya+, ubuzima bwa nya mwana buraheza bumugarukamwo, maze aba muzima+. 2 Abami 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Maze Elisha atangura kwongera kugendagenda mu nzu, aja aha na hariya, hanyuma arurira maze yubarara kuri we. Nya gahungu gatangura kwasamura gushika ku ncuro indwi, hanyuma karakanura+. Abaheburayo 11:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Abagore bararonse abapfuye babo biciye kw’izuka+; mugabo abandi bantu barasinzikarijwe ubuzima kuko batemera kubohorwa biciye ku ncungu kanaka, kugira ngo bashikire izuka ryiza kuruta.
22 Amaherezo Yehova yumviriza ijwi rya Eliya+, ubuzima bwa nya mwana buraheza bumugarukamwo, maze aba muzima+.
35 Maze Elisha atangura kwongera kugendagenda mu nzu, aja aha na hariya, hanyuma arurira maze yubarara kuri we. Nya gahungu gatangura kwasamura gushika ku ncuro indwi, hanyuma karakanura+.
35 Abagore bararonse abapfuye babo biciye kw’izuka+; mugabo abandi bantu barasinzikarijwe ubuzima kuko batemera kubohorwa biciye ku ncungu kanaka, kugira ngo bashikire izuka ryiza kuruta.