Ivyakozwe 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ico gihe abantu bari kumwe nanje+ barabona koko nya muco, mugabo ntibumva ijwi ry’uwariko arambwira+. Ivyakozwe 26:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 narabonye ku mutaga ku nzira, ewe mwami, umuco urusha izuba gukayangana uravya uvuye mw’ijuru, urabiriza irya n’ino yanje n’irya n’ino y’abari bafatanije nanje urugendo+.
9 Ico gihe abantu bari kumwe nanje+ barabona koko nya muco, mugabo ntibumva ijwi ry’uwariko arambwira+.
13 narabonye ku mutaga ku nzira, ewe mwami, umuco urusha izuba gukayangana uravya uvuye mw’ijuru, urabiriza irya n’ino yanje n’irya n’ino y’abari bafatanije nanje urugendo+.