Ivyakozwe 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko Sauli atangura gutikiza ishengero. Yitera mu nzu no mu yindi, aburutira hanze abagabo n’abagore, akabatwara mw’ibohero+. Abagalatiya 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nkako, mwarumvise ivy’ingeso zanje za kera mw’idini ry’Abayuda+, yuko naheba nkimonogoza mu kuguma mpama+ ishengero ry’Imana nongera ndaritikiza+, Abagalatiya 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 bahora bumva gusa ngo: “Wa muntu yahora aduhama+, ubu asigaye amenyekanisha inkuru nziza yerekeye kwa kwizera yahora atikiza+.”
3 Ariko Sauli atangura gutikiza ishengero. Yitera mu nzu no mu yindi, aburutira hanze abagabo n’abagore, akabatwara mw’ibohero+.
13 Nkako, mwarumvise ivy’ingeso zanje za kera mw’idini ry’Abayuda+, yuko naheba nkimonogoza mu kuguma mpama+ ishengero ry’Imana nongera ndaritikiza+,
23 bahora bumva gusa ngo: “Wa muntu yahora aduhama+, ubu asigaye amenyekanisha inkuru nziza yerekeye kwa kwizera yahora atikiza+.”