Ivyakozwe 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Igihe bariko barakorera+ Yehova ku mugaragaro bongera bisonzesha, impwemu nyeranda ivuga iti: “Mu bantu bose nimunshirire ku ruhande Barunaba na Sauli+ ku bw’igikorwa nabahamagariye.” Ivyakozwe 15:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko impwemu nyeranda+ na twebwe ubwacu dushimye kutabongerako uwundi muzigo+, kiretse ibi bintu vya nkenerwa: Ivyakozwe 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, baca i Firijiya no mu gihugu ca Galatiya+, kuko impwemu nyeranda yari yababujije kuvuga rya jambo mu ntara ya Aziya. Ivyakozwe 20:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 kiretse yuko mu gisagara no mu kindi impwemu nyeranda+ iguma inshingira intahe mu kuvuga yuko imvuto n’amakuba bindindiriye+.
2 Igihe bariko barakorera+ Yehova ku mugaragaro bongera bisonzesha, impwemu nyeranda ivuga iti: “Mu bantu bose nimunshirire ku ruhande Barunaba na Sauli+ ku bw’igikorwa nabahamagariye.”
28 Kuko impwemu nyeranda+ na twebwe ubwacu dushimye kutabongerako uwundi muzigo+, kiretse ibi bintu vya nkenerwa:
6 Vyongeye, baca i Firijiya no mu gihugu ca Galatiya+, kuko impwemu nyeranda yari yababujije kuvuga rya jambo mu ntara ya Aziya.
23 kiretse yuko mu gisagara no mu kindi impwemu nyeranda+ iguma inshingira intahe mu kuvuga yuko imvuto n’amakuba bindindiriye+.