Ezekiyeli 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ndaheza mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Raba! Simpumanye+; eka kuva mu buto bwanje sinigeze ndya umuvyimba w’icamaze gupfa canke igikoko catabaguwe, gushika n’ubu+, kandi nta nyama ihumanye yigeze ija mu kanwa kanje+.” Matayo 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyinjira mu kanwa si vyo bihumanya umuntu; mugabo ibiva mu kanwa k’umuntu ni vyo bimuhumanya+.” Ivyakozwe 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Petero avuga ati: “Oya Mukama, kuko ntarigera ndya ikintu na kimwe gihumanye kandi canduye+.”
14 Ndaheza mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Raba! Simpumanye+; eka kuva mu buto bwanje sinigeze ndya umuvyimba w’icamaze gupfa canke igikoko catabaguwe, gushika n’ubu+, kandi nta nyama ihumanye yigeze ija mu kanwa kanje+.”
14 Mugabo Petero avuga ati: “Oya Mukama, kuko ntarigera ndya ikintu na kimwe gihumanye kandi canduye+.”