Yohani 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko uwo niyashika, ya mpwemu y’ukuri+, azobarongora mu kuri kwose, kuko atazovuga avyitumye, ahubwo ibintu vyose yumva ni vyo azovuga, kandi azobamenyesha ibiriko biraza+. Ivyakozwe 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Petero akiriko arazirikana mu mutima kuri rya yerekwa, impwemu+ ivuga iti: “Ehe hari abagabo batatu bariko barakurondera.
13 Ariko uwo niyashika, ya mpwemu y’ukuri+, azobarongora mu kuri kwose, kuko atazovuga avyitumye, ahubwo ibintu vyose yumva ni vyo azovuga, kandi azobamenyesha ibiriko biraza+.
19 Petero akiriko arazirikana mu mutima kuri rya yerekwa, impwemu+ ivuga iti: “Ehe hari abagabo batatu bariko barakurondera.