ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hanyuma avuga ati: “Ndabinginze rero batungwa, ndabinginze mukebereze mu nzu y’umusavyi wanyu, muharare kandi mwozwe ibirenge+. Maze muvyuke kare, mufate inzira mwigire+.” Na bo bavuga bati: “Oya, ahubwo mu kibanza ca bose ni ho turara+.”

  • Abacamanza 19:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ariko nya mutama avuga ati: “Nugire amahoro+! Ico ubura cose nikije kuri jewe+; ariko nturare muri iki kibanza ca bose.”

  • Luka 24:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Mugabo baramuremera bati: “Gumana natwe, kubera ko buriko buragoroba kandi umusi ukaba umaze kwiterera.” Kuri ivyo arinjira kugira ngo agumane na bo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika