ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 19:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nya mugabo+ arahaguruka rero ngo agende, we n’incoreke yiwe+ n’umusuku wiwe+; mugabo sebukwe, se wa nya mugore akiri muto, amubwira ati: “Ehe raba umusi uritereye bugira bwire. Ndabingize murare+. Ehe umusi uragiye. Rara ng’aha, kandi umutima wawe uryoherwe+. Ejo muze muvyuke kare kugira mufate urugendo, uheze uje kw’ihema ryawe.”

  • 1 Samweli 29:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ubu rero, uvyuke kare mu gitondo kumwe n’abasuku b’umukama wawe bazananye nawe; muze muvyuke kare mu gitondo mumaze kubona ko bukeye. Maze mugende+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika