Matayo 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze Yezu akankamira nya dayimoni, ica iramuvamwo+; buno nya mwana arakira guhera kuri iyo saha+.