1 Abakorinto 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo nimba bibananiye kwigumya+, nibubake, kuko ari vyiza kwubaka+ kuruta kururumba inambu+. 1 Timoteyo 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nshaka rero ko abapfakazi bakiri bato bubaka+, bakavyara abana+, bakabungabunga urugo, ntibahe uwuturwanya akaryo ko kudutuka+.
14 Nshaka rero ko abapfakazi bakiri bato bubaka+, bakavyara abana+, bakabungabunga urugo, ntibahe uwuturwanya akaryo ko kudutuka+.