2 Abakorinto 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Vyongeye, nimba ya mategeko atanga urupfu+ kandi yasáruwe mu ndome mu mabuye+ yazananye ubuninahazwa+, ku buryo bene Isirayeli batashobora kwitegereza mu maso ha Musa kubera ubuninahazwa bwo mu maso hiwe+, ubuninahazwa bwabwirizwa gukurwaho,
7 Vyongeye, nimba ya mategeko atanga urupfu+ kandi yasáruwe mu ndome mu mabuye+ yazananye ubuninahazwa+, ku buryo bene Isirayeli batashobora kwitegereza mu maso ha Musa kubera ubuninahazwa bwo mu maso hiwe+, ubuninahazwa bwabwirizwa gukurwaho,