Yohani 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimugume mwunze ubumwe nanje, nanje ngume nunze ubumwe namwe+. Nk’uko ishami ridashobora kwama riri ukwa ryonyene kiretse rigumye ku muzabibu, na mwebwe nyene ntimushobora kwama, kiretse mugumye mwunze ubumwe nanje+. 1 Yohani 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwuvuga ko aguma yunze ubumwe+ na we, ubwiwe abwirizwa kandi kubandanya agenda nk’uko uyo na we yagenda+. 1 Yohani 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umuntu wese aguma yunze ubumwe+ na we ntaza aracumura+; nta wuza aracumura n’umwe yamubonye canke yamumenye+.
4 Nimugume mwunze ubumwe nanje, nanje ngume nunze ubumwe namwe+. Nk’uko ishami ridashobora kwama riri ukwa ryonyene kiretse rigumye ku muzabibu, na mwebwe nyene ntimushobora kwama, kiretse mugumye mwunze ubumwe nanje+.
6 Uwuvuga ko aguma yunze ubumwe+ na we, ubwiwe abwirizwa kandi kubandanya agenda nk’uko uyo na we yagenda+.
6 Umuntu wese aguma yunze ubumwe+ na we ntaza aracumura+; nta wuza aracumura n’umwe yamubonye canke yamumenye+.