Abagalatiya 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Manikanywe na Kristu+. Si jewe nkiriho+, ahubwo Kristu ni we ariho mu bumwe nanje+. Nkako, ubuzima mbayeho ubu+ mu mubiri, ndabubayeho ku bw’ukwizera kwerekeye Umwana w’Imana yankunze akanyigura+. Abanyefeso 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mu bumwe na we inyubakwa yose, mu kuba ifatanirijwe hamwe ikanywana+, irakura ikaba urusengero rweranda ku bwa Yehova+. 1 Yohani 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwuvuga ko aguma yunze ubumwe+ na we, ubwiwe abwirizwa kandi kubandanya agenda nk’uko uyo na we yagenda+.
20 Manikanywe na Kristu+. Si jewe nkiriho+, ahubwo Kristu ni we ariho mu bumwe nanje+. Nkako, ubuzima mbayeho ubu+ mu mubiri, ndabubayeho ku bw’ukwizera kwerekeye Umwana w’Imana yankunze akanyigura+.
21 Mu bumwe na we inyubakwa yose, mu kuba ifatanirijwe hamwe ikanywana+, irakura ikaba urusengero rweranda ku bwa Yehova+.
6 Uwuvuga ko aguma yunze ubumwe+ na we, ubwiwe abwirizwa kandi kubandanya agenda nk’uko uyo na we yagenda+.