Abagalatiya 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Manikanywe na Kristu+. Si jewe nkiriho+, ahubwo Kristu ni we ariho mu bumwe nanje+. Nkako, ubuzima mbayeho ubu+ mu mubiri, ndabubayeho ku bw’ukwizera kwerekeye Umwana w’Imana yankunze akanyigura+. 1 Petero 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nkako, ico ni co catumye inkuru nziza imenyeshwa no ku bapfuye+, kugira ngo bacirwe urubanza ku bijanye n’umubiri nk’uko abantu babona ibintu+, mugabo babeho ku bijanye n’impwemu+ nk’uko Imana ibona ibintu.
20 Manikanywe na Kristu+. Si jewe nkiriho+, ahubwo Kristu ni we ariho mu bumwe nanje+. Nkako, ubuzima mbayeho ubu+ mu mubiri, ndabubayeho ku bw’ukwizera kwerekeye Umwana w’Imana yankunze akanyigura+.
6 Nkako, ico ni co catumye inkuru nziza imenyeshwa no ku bapfuye+, kugira ngo bacirwe urubanza ku bijanye n’umubiri nk’uko abantu babona ibintu+, mugabo babeho ku bijanye n’impwemu+ nk’uko Imana ibona ibintu.