Zaburi 44:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo twiriwe turicwa duhorwa wewe;Twabonywe nk’intama zo gukererwa+. Abaroma 8:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nk’uko vyanditswe ngo: “Twirirwa turicwa duhorwa wewe, tubonwa nk’intama zo gukererwa+.” 2 Abakorinto 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 nk’abatazwi yamara kandi bazwi+, nk’abariko barapfa yamara kandi, ehe turiho+, nk’abatojwe indero+ yamara kandi batatanzwe ngo bicwe+, Ivyahishuwe 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze amatuye agashashara kagira gatanu, mbona munsi y’igicaniro+ ubuzima+ bw’abishwe+ kubera ijambo ry’Imana no kubera igikorwa bahora bafise co gushinga intahe+.
9 nk’abatazwi yamara kandi bazwi+, nk’abariko barapfa yamara kandi, ehe turiho+, nk’abatojwe indero+ yamara kandi batatanzwe ngo bicwe+,
9 Maze amatuye agashashara kagira gatanu, mbona munsi y’igicaniro+ ubuzima+ bw’abishwe+ kubera ijambo ry’Imana no kubera igikorwa bahora bafise co gushinga intahe+.