1 Yohani 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuko ikiri mw’isi cose+—icipfuzo c’umubiri+ n’icipfuzo c’amaso+ be n’uguhaya uburyo umuntu afise bwo kwibeshaho+—kidakomoka kuri Data, ahubwo gikomoka mw’isi+.
16 kuko ikiri mw’isi cose+—icipfuzo c’umubiri+ n’icipfuzo c’amaso+ be n’uguhaya uburyo umuntu afise bwo kwibeshaho+—kidakomoka kuri Data, ahubwo gikomoka mw’isi+.