9 Kuko kuri jewe bisa n’uko Imana twebwe intumwa yadushize ubwa nyuma mw’iyerekanwa+, nk’abantu bagenewe gupfa+, kuko twacitse akabarore+ kw’isi, no ku bamarayika+, no ku bantu+.
31 Ku musi ku musi ndahangana n’urupfu+. Ivyo ndavyemeza mfatiye ku mwigino+ mfise kubera mwebwe, bene wacu, umwigino mfise muri Kristu Yezu Umukama wacu.