Ivyakozwe 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Aho Silasi+ na Timoteyo+ bamanukiye bavuye i Makedoniya, Paulo atangura gufatīrwa cane na rya jambo, ashinga intahe ku Bayuda kugira ngo yerekane neza ko Yezu ari we Kristu+.
5 Aho Silasi+ na Timoteyo+ bamanukiye bavuye i Makedoniya, Paulo atangura gufatīrwa cane na rya jambo, ashinga intahe ku Bayuda kugira ngo yerekane neza ko Yezu ari we Kristu+.