Zaburi 101:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nta wukora ivy’amayeri azoba mu nzu yanje+.Nayo uwo wese avuga ibinyoma, ntazoshimangirwa+Imbere y’amaso yanje+. Zaburi 119:118 Bibiliya y’isi nshasha 118 Washibuye abo bose bazimira bakava ku ngingo nyobozi zawe+;Kuko amayeri yabo ari ibinyoma gusa+. Ivyakozwe 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo Petero avuga ati: “Ananiya, kubera iki Shetani+ yagutinyuye ukarondera guhenda+ impwemu nyeranda+ no kugumya mu mpisho igice c’ikiguzi c’itongo? Abanyefeso 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kugira ngo ntidusubire kuba inzoya, nk’abazungazungishwa+ n’ibisebuzi tujanwa irya n’ino n’umuyaga uwo ari wo wose w’inyigisho+ biciye ku mayeri+ y’abantu, biciye ku rwenge mu kurementanya uruhendo.
7 Nta wukora ivy’amayeri azoba mu nzu yanje+.Nayo uwo wese avuga ibinyoma, ntazoshimangirwa+Imbere y’amaso yanje+.
3 Mugabo Petero avuga ati: “Ananiya, kubera iki Shetani+ yagutinyuye ukarondera guhenda+ impwemu nyeranda+ no kugumya mu mpisho igice c’ikiguzi c’itongo?
14 kugira ngo ntidusubire kuba inzoya, nk’abazungazungishwa+ n’ibisebuzi tujanwa irya n’ino n’umuyaga uwo ari wo wose w’inyigisho+ biciye ku mayeri+ y’abantu, biciye ku rwenge mu kurementanya uruhendo.