2 Abakorinto 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko niyumvira yuko ntabonetse mu kintu na kimwe yuko ndi munsi+ ya za ntumwa zanyu z’agahebuza+. Ivyahishuwe 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ‘Ndazi ibikorwa vyawe+, n’ukubira akuya kwawe n’ukwihangana kwawe, be n’uko udashobora kwihanganira abantu babi, be n’uko wagejeje+ abavuga ko ari intumwa+, mugabo atari zo, usanga ni ababeshi.
2 ‘Ndazi ibikorwa vyawe+, n’ukubira akuya kwawe n’ukwihangana kwawe, be n’uko udashobora kwihanganira abantu babi, be n’uko wagejeje+ abavuga ko ari intumwa+, mugabo atari zo, usanga ni ababeshi.