Yohani 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 no kubera ko atari akeneye ko hagira n’umwe ashingira intahe umuntu, kuko we ubwiwe yari azi ikiri mu muntu+. Ivyahishuwe 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 ‘Ndazi ibikorwa vyawe, n’urukundo+ rwawe, n’ukwizera kwawe, n’ubusuku bwawe, n’ukwihangana kwawe, be n’uko ibikorwa+ vyawe vyo hanyuma biruta ivyo hambere+. Ivyahishuwe 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Andikira umumarayika+ w’ishengero ry’i Sarudi na we uti: Ibi ni vyo avuga uwufise za mpwemu indwi+ z’Imana be na za nyenyeri indwi+: ‘Ndazi ibikorwa vyawe, yuko ufise izina ry’uko uri muzima, mugabo uri umupfu+.
25 no kubera ko atari akeneye ko hagira n’umwe ashingira intahe umuntu, kuko we ubwiwe yari azi ikiri mu muntu+.
19 ‘Ndazi ibikorwa vyawe, n’urukundo+ rwawe, n’ukwizera kwawe, n’ubusuku bwawe, n’ukwihangana kwawe, be n’uko ibikorwa+ vyawe vyo hanyuma biruta ivyo hambere+.
3 “Andikira umumarayika+ w’ishengero ry’i Sarudi na we uti: Ibi ni vyo avuga uwufise za mpwemu indwi+ z’Imana be na za nyenyeri indwi+: ‘Ndazi ibikorwa vyawe, yuko ufise izina ry’uko uri muzima, mugabo uri umupfu+.