1 Abakorinto 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimba abandi bantu bafise ubwo burenganzira kuri mwebwe+, tweho ntiturushiriza? Yamara rero ntitwakoresheje ubwo burenganzira+, ahubwo twihanganira vyose, kugira ntidutange ikintu na kimwe kibera intambamyi inkuru nziza+ yerekeye Kristu. 2 Abakorinto 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 yamara igihe nari kumwe namwe ngakena, nta n’umwe nabereye umuzigo+, kuko bene wacu bavuye i Makedoniya+ bandonkeje cane ivyo nari mpajije. Emwe, naririnze kubabera umuzigo mu buryo bwose kandi nzobandanya gutyo+.
12 Nimba abandi bantu bafise ubwo burenganzira kuri mwebwe+, tweho ntiturushiriza? Yamara rero ntitwakoresheje ubwo burenganzira+, ahubwo twihanganira vyose, kugira ntidutange ikintu na kimwe kibera intambamyi inkuru nziza+ yerekeye Kristu.
9 yamara igihe nari kumwe namwe ngakena, nta n’umwe nabereye umuzigo+, kuko bene wacu bavuye i Makedoniya+ bandonkeje cane ivyo nari mpajije. Emwe, naririnze kubabera umuzigo mu buryo bwose kandi nzobandanya gutyo+.