ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 16:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Imwe+ rero ishoboye kubashikamisha hisunzwe inkuru nziza menyesha be n’iyamamazwa rya Yezu Kristu, nk’uko ihishurwa rya rya banga ryeranda+ ryagumijwe mu gacerere igihe kirekire cane riri,

  • Abagalatiya 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mugabo naduze bivuye ku guhishurirwa+. Ndaheza nshira imbere yabo+ inkuru nziza ndiko ndamamaza mu mahanga, ariko ndabigira mu mwiherero imbere y’abagabo bari bakomakomeye, kugira ngo simpave nsanga nariko nirukira+ ubusa canke ngo nsange nari nirukiye ubusa+.

  • Abanyefeso 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 yuko biciye ku guhishurirwa ari ho namenyeshejwe ibanga ryeranda+, nk’uko navyanditse muri make imbere y’aha.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika