Ivyakozwe 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kubera ko twumvise yuko hari abo muri twebwe babadurumbanishije amajambo+, bagerageza gutembagaza imitima yanyu kandi ata mabwirizwa twabahaye+, 2 Abakorinto 11:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 mu ngendo kenshi, mu kaga k’inzuzi, mu kaga k’abambuzi+, mu kaga k’abo mu bwoko bwanje bwite+, mu kaga k’amahanga+, mu kaga mu gisagara+, mu kaga mu gahinga, mu kaga mu kiyaga, mu kaga muri bene wacu b’ikinyoma, Yuda 4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Impamvu mfise ni uko hari abantu bamwebamwe bisobetse muri twebwe+ bagenewe+ urwo rubanza+ kera n’Ivyanditswe, abantu batibanga Imana+, bahindura ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana yacu icitwazo c’ubushirasoni*+ kandi bakihakana+ umwe Databuja+ wacu rudende, akaba n’Umukama+, Yezu Kristu.
24 Kubera ko twumvise yuko hari abo muri twebwe babadurumbanishije amajambo+, bagerageza gutembagaza imitima yanyu kandi ata mabwirizwa twabahaye+,
26 mu ngendo kenshi, mu kaga k’inzuzi, mu kaga k’abambuzi+, mu kaga k’abo mu bwoko bwanje bwite+, mu kaga k’amahanga+, mu kaga mu gisagara+, mu kaga mu gahinga, mu kaga mu kiyaga, mu kaga muri bene wacu b’ikinyoma,
4 Impamvu mfise ni uko hari abantu bamwebamwe bisobetse muri twebwe+ bagenewe+ urwo rubanza+ kera n’Ivyanditswe, abantu batibanga Imana+, bahindura ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana yacu icitwazo c’ubushirasoni*+ kandi bakihakana+ umwe Databuja+ wacu rudende, akaba n’Umukama+, Yezu Kristu.