Abagalatiya 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Jewe Paulo ndababwira yuko nimwagenyerwa+, Kristu ata kamaro azobagirira. Abakolosayi 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 yongera irahanagura+ ca cete c’iminwe+ caturega, kimwe cari kigizwe n’ingingo zashinzwe+ kikaba kandi caraturwanya+; kandi yaragikuyeho mu kugikomera imisumari+ ku giti co kubabarizwako+.
14 yongera irahanagura+ ca cete c’iminwe+ caturega, kimwe cari kigizwe n’ingingo zashinzwe+ kikaba kandi caraturwanya+; kandi yaragikuyeho mu kugikomera imisumari+ ku giti co kubabarizwako+.