ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 26:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “Abapfuye bawe bazobaho+. Ikiziga canje—bazovyuka+. Ikangure mwihe akamo k’umunezero, yemwe ababa mu mukungugu+! Kuko ikime+ canyu ari nk’ikime c’uduti tw’imyora+, kandi isi izorekura barya ata co bashoboye mu rupfu bavuke+.

  • Abaroma 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ivyo mubikore kandi kubera muzi iki kiringo, yuko isaha y’uko mwikangura+ mukava mw’itiro imaze kugera, kuko ubu ubukiriro bwacu buri hafi kuruta igihe twacika abemera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika