Abaroma 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko nimba, igihe twari abansi+, twasubijwe hamwe n’Imana biciye ku rupfu rw’Umwana wayo+, ubu ko twasubijwe hamwe, tuzorushiriza gukizwa n’ubuzima bwiwe+. Abanyefeso 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 no kugira ngo asubirize hamwe+ rwose Imana ivyo bisata vyompi mu mubiri umwe+ biciye kuri ca giti co kubabarizwako+, kubera ko yari yishe ubwo bwankanyi+ biciye kuri we nyene.
10 Kuko nimba, igihe twari abansi+, twasubijwe hamwe n’Imana biciye ku rupfu rw’Umwana wayo+, ubu ko twasubijwe hamwe, tuzorushiriza gukizwa n’ubuzima bwiwe+.
16 no kugira ngo asubirize hamwe+ rwose Imana ivyo bisata vyompi mu mubiri umwe+ biciye kuri ca giti co kubabarizwako+, kubera ko yari yishe ubwo bwankanyi+ biciye kuri we nyene.