Yesaya 49:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Araheza agira akanwa kanje nk’inkota ikarishe+. Yanyegeje+ mu gitutu+ c’ukuboko kwiwe. Amaherezo yangize umwampi usenye. Yampishije mu mutana wiwe. Abanyefeso 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Vyongeye, mwakire inkofero+ y’ubukiriro, be n’inkota+ y’impwemu+, ni ryo jambo ry’Imana+,
2 Araheza agira akanwa kanje nk’inkota ikarishe+. Yanyegeje+ mu gitutu+ c’ukuboko kwiwe. Amaherezo yangize umwampi usenye. Yampishije mu mutana wiwe.