ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nuko Jambo acika umubiri+, aba hagati muri twebwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa nk’ubw’umwana w’ikinege+ ava kuri se; kandi yari yuzuye ubuntu ata wari abukwiriye be n’ukuri+.

  • Yohani 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Uwumwizera ntazocirwa urubanza+. Uwutizera aramaze gucirwa urubanza, kubera ko atizeye izina ry’Umwana w’Imana w’ikinege+.

  • Abaroma 8:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 kuko abo yitwararitse ubwa mbere+ yabageneye kandi imbere y’igihe+ gushushanywa+ n’ishusho+ y’Umwana wayo, kugira ngo abe imfura+ muri bene wabo benshi+.

  • Abakolosayi 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ni we shusho+ y’Imana itaboneka+, imfura+ mu biremwa vyose;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika