1 Timoteyo 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko hari Imana imwe+, n’umuhuza umwe+ hagati y’Imana+ n’abantu+, akaba ari umuntu, ni we Kristu Yezu+, Abaheburayo 12:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 na Yezu umuhuza+ w’isezerano rishasha+, n’amaraso y’ukumijagira+ avuga mu buryo bwiza kuruta aya Abeli+.
5 Kuko hari Imana imwe+, n’umuhuza umwe+ hagati y’Imana+ n’abantu+, akaba ari umuntu, ni we Kristu Yezu+,
24 na Yezu umuhuza+ w’isezerano rishasha+, n’amaraso y’ukumijagira+ avuga mu buryo bwiza kuruta aya Abeli+.