1 Abakorinto 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Uko niruka+ rero, si nk’uwutazi iyo aja; uko ntera ibipfunsi, ni ku buryo ntakubita ikirere+; Abafilipi 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bene wacu, siniyumvira ko ubwanje namaze kugicakira; mugabo ico nzi co ni iki: Mu kwibagira ibiri inyuma+ nkaramiriza ku biri imbere+, 1 Petero 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko, mwiyambure ububi+ bwose n’ubuhendanyi bwose n’ubwiyorobetsi n’inzigo n’ubwoko bwose bw’ukwambika ibara abandi+,
13 Bene wacu, siniyumvira ko ubwanje namaze kugicakira; mugabo ico nzi co ni iki: Mu kwibagira ibiri inyuma+ nkaramiriza ku biri imbere+,
2 Nuko, mwiyambure ububi+ bwose n’ubuhendanyi bwose n’ubwiyorobetsi n’inzigo n’ubwoko bwose bw’ukwambika ibara abandi+,