ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 16:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Baca bagwa bubamye, bavuga bati: “Ewe Mana, Mana y’impwemu z’ubwoko bwose bw’ikiri n’umubiri+, mbega umuntu umwe gusa yocumura hanyuma ukarakarira ikoraniro ryose+?”

  • Yesaya 42:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri, Yehova, ivuze, Umuremyi w’amajuru+ akaba n’Umwe ahambaye ayaramvura+, Umwe asasa isi+ n’umwimbu wayo+, Umwe aha impemu+ abantu bo kuri yo+, agaha n’impwemu abagendagenda kuri yo+:

  • Malaki 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “‘Umwana aratera iteka se+, n’umusuku agatera iteka shebuja wiwe ahambaye+. None nimba ndi so+, iteka ryanje riri hehe+? Kandi nimba ndi Shobuja Ahambaye, ukuntinya+ kuri hehe?’ ni ko Yehova nyen’ingabo ababwiye, yemwe baherezi musuzugura izina ryanje+.

      “‘Namwe mwavuze muti: “Izina ryawe twarisuzuguye gute?”’

  • Yakobo 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mwicishe bugufi mu maso ya Yehova+, na we azobashira hejuru+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika