Yohani 3:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Uwizera+ Umwana arafise ubuzima budahera+; uwugambararira Umwana ntazobona ubuzima+, ahubwo uburake bw’Imana buguma kuri we+.
36 Uwizera+ Umwana arafise ubuzima budahera+; uwugambararira Umwana ntazobona ubuzima+, ahubwo uburake bw’Imana buguma kuri we+.