Abaheburayo 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko ducika vy’ukuri abasangiye Kristu+ nimba gusa tugumya rwose kwa kujijuka twari dufise mu ntango gushika kw’iherezo+, 1 Yohani 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Umuntu wese ahakana Umwana, na Data nta we afise+. Uwemera icese+ Umwana, arafise na Data+.
14 Kuko ducika vy’ukuri abasangiye Kristu+ nimba gusa tugumya rwose kwa kujijuka twari dufise mu ntango gushika kw’iherezo+,